Itanguriro 37:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko bene wabo bamubwira bati: “Mbega ugiye koko kuba umwami wo kutuganza+? Canke ugiye kutuganza koko+?” Baronka rero imvo nshasha yo kumwanka kubera indoto ziwe no kubera amajambo yiwe. Itanguriro 40:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko nanyurujwe vy’ukuri nkuwe mu gihugu c’Abaheburayo+; kandi no ng’aha nta kintu na kimwe nakoze cotumye banshira muri iki cobo c’ibohero+.”
8 Nuko bene wabo bamubwira bati: “Mbega ugiye koko kuba umwami wo kutuganza+? Canke ugiye kutuganza koko+?” Baronka rero imvo nshasha yo kumwanka kubera indoto ziwe no kubera amajambo yiwe.
15 Kuko nanyurujwe vy’ukuri nkuwe mu gihugu c’Abaheburayo+; kandi no ng’aha nta kintu na kimwe nakoze cotumye banshira muri iki cobo c’ibohero+.”