Gusubira mu vyagezwe 33:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Agihe n’ibintu vyiza vyo kw’isi be n’ibiyuzuye+,Agihe n’ugushimwa n’Umwe aba mu gisaka c’amahwa+.Birakaza ku mutwe wa Yozefu+No ku rutwariro rw’uwakuwe muri bene wabo+. Ivyakozwe 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nya bakuru b’imiryango bagirira ishari+ Yozefu, bamugurisha mu Misiri+. Mugabo Imana yari kumwe na we+,
16 Agihe n’ibintu vyiza vyo kw’isi be n’ibiyuzuye+,Agihe n’ugushimwa n’Umwe aba mu gisaka c’amahwa+.Birakaza ku mutwe wa Yozefu+No ku rutwariro rw’uwakuwe muri bene wabo+.
9 Nya bakuru b’imiryango bagirira ishari+ Yozefu, bamugurisha mu Misiri+. Mugabo Imana yari kumwe na we+,