Itanguriro 35:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Inyuma y’aho Izahaki aracikana, arapfa, maze ahamvya ab’iwabo, yisaziye kandi ahaze imisi+; Esawu na Yakobo abahungu biwe baramuhamba+. Itanguriro 49:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Gutyo Yakobo arangiza guha amategeko abahungu biwe. Hanyuma asubiza ibirenge vyiwe ku buriri maze aracikana, ahamvya ab’iwabo+.
29 Inyuma y’aho Izahaki aracikana, arapfa, maze ahamvya ab’iwabo, yisaziye kandi ahaze imisi+; Esawu na Yakobo abahungu biwe baramuhamba+.
33 Gutyo Yakobo arangiza guha amategeko abahungu biwe. Hanyuma asubiza ibirenge vyiwe ku buriri maze aracikana, ahamvya ab’iwabo+.