Itanguriro 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Inyuma y’ivyo, Aburahamu ahamba Sara umugore wiwe mw’isenga ryo mw’itongo ry’i Makipela imbere ya Mamure, ni ukuvuga Heburoni, mu gihugu ca Kanani+. Itanguriro 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 rya tongo Aburahamu yari yaraguze na bene Heti. Aho ni ho Aburahamu yahambwe, be na Sara umugore wiwe+.
19 Inyuma y’ivyo, Aburahamu ahamba Sara umugore wiwe mw’isenga ryo mw’itongo ry’i Makipela imbere ya Mamure, ni ukuvuga Heburoni, mu gihugu ca Kanani+.
10 rya tongo Aburahamu yari yaraguze na bene Heti. Aho ni ho Aburahamu yahambwe, be na Sara umugore wiwe+.