Itanguriro 35:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Inyuma y’aho Izahaki aracikana, arapfa, maze ahamvya ab’iwabo, yisaziye kandi ahaze imisi+; Esawu na Yakobo abahungu biwe baramuhamba+.
29 Inyuma y’aho Izahaki aracikana, arapfa, maze ahamvya ab’iwabo, yisaziye kandi ahaze imisi+; Esawu na Yakobo abahungu biwe baramuhamba+.