Itanguriro 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Izina ry’urwa mbere ni Pishoni; ni rumwe rukikuje intara yose ya Havila+, ahari inzahabu. Itanguriro 25:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko batangura kugenda barashinga ikambi kuva i Havila+ hafi ya Shuri+, ahari imbere ya Misiri, gushika i Ashuri. Aba imbere ya bene wabo bose+.
18 Nuko batangura kugenda barashinga ikambi kuva i Havila+ hafi ya Shuri+, ahari imbere ya Misiri, gushika i Ashuri. Aba imbere ya bene wabo bose+.