Abaheburayo 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kubera ukwizera, Aburahamu+, igihe yahamagarwa, yaragamburutse aragenda, aja ahantu yabwirizwa kuronka bwa ntoranwa; kandi yaragiye, naho atari azi iyo yariko araja+.
8 Kubera ukwizera, Aburahamu+, igihe yahamagarwa, yaragamburutse aragenda, aja ahantu yabwirizwa kuronka bwa ntoranwa; kandi yaragiye, naho atari azi iyo yariko araja+.