Itanguriro 24:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Yehova yarahezagiye databuja rwose, kuko abandanya kumugira uwukomeye no kumuha intama n’inka n’ifeza n’inzahabu n’abasuku n’abasukukazi n’ingamiya n’indogobwa+. Gusubira mu vyagezwe 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uze wibuke Yehova Imana yawe, kuko ari we aguha ububasha bwo kurondera ubutunzi+; kugira ashitse isezerano ryiwe yarahiye ba sogokuruza bawe, nk’uko biri uyu musi+.
35 Yehova yarahezagiye databuja rwose, kuko abandanya kumugira uwukomeye no kumuha intama n’inka n’ifeza n’inzahabu n’abasuku n’abasukukazi n’ingamiya n’indogobwa+.
18 Uze wibuke Yehova Imana yawe, kuko ari we aguha ububasha bwo kurondera ubutunzi+; kugira ashitse isezerano ryiwe yarahiye ba sogokuruza bawe, nk’uko biri uyu musi+.