Zaburi 133:1 Bibiliya y’isi nshasha 133 Raba! Ese ukuntu ari vyiza kandi bihimbayeKo abavukana babana mu bumwe+! Imigani 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umuntu ashangashiwe avyura amahane+, mugabo uwuteba gushavura atururuza imitongano+. Abaroma 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu vy’urukundo rwa kivukanyi+ mugiriranire ikibabarwe. Mu vyo guterana iteka+ mube aba mbere.