Imigani 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Intango y’amahane ni nk’uwurekuye amazi+; nuko rero imbere y’uko haduka imitongano, have+. Abaroma 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nimba bishoboka, uko bivana namwe kwose, mubane amahoro+ n’abantu bose. Abaheburayo 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+,
14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+,