Itanguriro 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Imana ibwira Aburahamu iti: “Ntureke ngo hagire ikintu na kimwe Sara aguma akubwira kikubabaza ku vyerekeye uwo muhungu no ku vyerekeye umushumbakazi wawe. Umviriza ijwi ryiwe, kuko ikizokwitwa uruvyaro* rwawe kizoboneka biciye kuri Izahaki+.
12 Maze Imana ibwira Aburahamu iti: “Ntureke ngo hagire ikintu na kimwe Sara aguma akubwira kikubabaza ku vyerekeye uwo muhungu no ku vyerekeye umushumbakazi wawe. Umviriza ijwi ryiwe, kuko ikizokwitwa uruvyaro* rwawe kizoboneka biciye kuri Izahaki+.