Itanguriro 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Imana ibwira Aburahamu iti: “Ntureke ngo hagire ikintu na kimwe Sara aguma akubwira kikubabaza ku vyerekeye uwo muhungu no ku vyerekeye umushumbakazi wawe. Umviriza ijwi ryiwe, kuko ikizokwitwa uruvyaro* rwawe kizoboneka biciye kuri Izahaki+. Abanyefeso 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umwe wese muri mwebwe nayobokere mugenziwe+ mutinya Kristu.
12 Maze Imana ibwira Aburahamu iti: “Ntureke ngo hagire ikintu na kimwe Sara aguma akubwira kikubabaza ku vyerekeye uwo muhungu no ku vyerekeye umushumbakazi wawe. Umviriza ijwi ryiwe, kuko ikizokwitwa uruvyaro* rwawe kizoboneka biciye kuri Izahaki+.