Kuvayo 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Baca bababwira bati: “Yehova abarabe, ace urubanza+, kuko mwatumye tunuka+ imbere ya Farawo n’imbere y’abasavyi biwe, mu gushira inkota mu kuboko kwabo ngo batwice+.” 1 Samweli 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova naducire urubanza twe nawe+; kandi Yehova ntazobura kumpora+ akabikubaza, ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako+. Zaburi 43:1 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ncira urubanza+, Mana we,Wifatire mu minwe urubanza mburana+ n’ihanga ritari intahemuka.Nunkize umuntu w’ubuhendanyi n’ukutagororoka+.
21 Baca bababwira bati: “Yehova abarabe, ace urubanza+, kuko mwatumye tunuka+ imbere ya Farawo n’imbere y’abasavyi biwe, mu gushira inkota mu kuboko kwabo ngo batwice+.”
12 Yehova naducire urubanza twe nawe+; kandi Yehova ntazobura kumpora+ akabikubaza, ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako+.
43 Ncira urubanza+, Mana we,Wifatire mu minwe urubanza mburana+ n’ihanga ritari intahemuka.Nunkize umuntu w’ubuhendanyi n’ukutagororoka+.