Itanguriro 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi aya ni yo mazina ya bene Ishimayeli, hakurikijwe amazina yabo, nk’uko amamuko y’imiryango yabo ari: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+ 1 Ngoma 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Aya ni yo mamuko y’imiryango yabo: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+, Abanyefeso 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kuko muzi yuko ineza yose umwe wese yokora azoyishurwa na Yehova+, yaba umushumba canke uwidegemvya+.
13 Kandi aya ni yo mazina ya bene Ishimayeli, hakurikijwe amazina yabo, nk’uko amamuko y’imiryango yabo ari: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+
29 Aya ni yo mamuko y’imiryango yabo: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+,
8 kuko muzi yuko ineza yose umwe wese yokora azoyishurwa na Yehova+, yaba umushumba canke uwidegemvya+.