Itanguriro 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi Sara yaguma abona umuhungu wa Hagari Umunyamisirikazi+, uwo yari yaravyariye Aburahamu, ashinyagura+. Abagalatiya 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ivyo bintu ni inkuru iri n’ico igereranya+; kuko abo bagore bagereranya amasezerano abiri+: rimwe ni iryo ku musozi Sinayi+, ari ryo rivyara abana b’ubushumba, rikaba ari Hagari.
9 Kandi Sara yaguma abona umuhungu wa Hagari Umunyamisirikazi+, uwo yari yaravyariye Aburahamu, ashinyagura+.
24 Ivyo bintu ni inkuru iri n’ico igereranya+; kuko abo bagore bagereranya amasezerano abiri+: rimwe ni iryo ku musozi Sinayi+, ari ryo rivyara abana b’ubushumba, rikaba ari Hagari.