Kuvayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+. Gusubira mu vyagezwe 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Kandi nimwagamburuka koko amabwirizwa+ ndabategetse uno musi, mugakunda Yehova Imana yanyu kandi mukamukorera n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+,
5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+.
13 “Kandi nimwagamburuka koko amabwirizwa+ ndabategetse uno musi, mugakunda Yehova Imana yanyu kandi mukamukorera n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+,