Ivyakozwe 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Yamuhaye kandi isezerano ry’ukugenyerwa+; nuko avyara Izahaki+ hanyuma aramugenyera ku musi ugira umunani+, Izahaki avyara Yakobo, Yakobo na we avyara ba bakuru b’imiryango cumi na babiri+. Abaroma 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni co kugenyerwa, bwa kidodo c’ubugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe, kugira abe se+ w’abari n’ukwizera bose+ ataragenyerwa, kugira ngo baharurweko ubugororotsi;
8 “Yamuhaye kandi isezerano ry’ukugenyerwa+; nuko avyara Izahaki+ hanyuma aramugenyera ku musi ugira umunani+, Izahaki avyara Yakobo, Yakobo na we avyara ba bakuru b’imiryango cumi na babiri+.
11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni co kugenyerwa, bwa kidodo c’ubugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe, kugira abe se+ w’abari n’ukwizera bose+ ataragenyerwa, kugira ngo baharurweko ubugororotsi;