Itanguriro 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ku bw’ivyo Sara atangura gutwengera imbere muri we+, avuga ati: “Ko maze kuba akaheze, ubwo koko nzoronka agahimbare narirya umukama wanje ashaje+?” Itanguriro 21:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze Sara avuga ati: “Imana yanteguriye agatwengo: uwuzovyumva wese azontwenga+.” Luka 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 mugabo Mariya azigama ayo majambo yose, agira ivyiyumviro ashitseko mu mutima wiwe+.
12 Ku bw’ivyo Sara atangura gutwengera imbere muri we+, avuga ati: “Ko maze kuba akaheze, ubwo koko nzoronka agahimbare narirya umukama wanje ashaje+?”