Itanguriro 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imana na yo ivuga iti: “Sara umugore wawe agiye koko kukuvyarira umuhungu, kandi uze umwite Izahaki+. Nzoshinga isezerano ryanje hamwe na we, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero ku ruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe+. Yosuwa 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Mu nyuma, narakuye sogokuruza wanyu Aburahamu+ hakurya ya rwa Ruzi+, ndamugendagendesha mu gihugu cose ca Kanani nongera ngwiza uruvyaro rwiwe+. Nuko ndamuha Izahaki+. Abaroma 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Eka mbere bose si abana ngo ni uko ari uruvyaro* rwa Aburahamu+, ahubwo vyanditswe ngo: “Ikizokwitwa ‘uruvyaro rwawe’ kizoboneka biciye kuri Izahaki+.”
19 Imana na yo ivuga iti: “Sara umugore wawe agiye koko kukuvyarira umuhungu, kandi uze umwite Izahaki+. Nzoshinga isezerano ryanje hamwe na we, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero ku ruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe+.
3 “‘Mu nyuma, narakuye sogokuruza wanyu Aburahamu+ hakurya ya rwa Ruzi+, ndamugendagendesha mu gihugu cose ca Kanani nongera ngwiza uruvyaro rwiwe+. Nuko ndamuha Izahaki+.
7 Eka mbere bose si abana ngo ni uko ari uruvyaro* rwa Aburahamu+, ahubwo vyanditswe ngo: “Ikizokwitwa ‘uruvyaro rwawe’ kizoboneka biciye kuri Izahaki+.”