Kuvayo 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu nyuma Musa akura Isirayeli ku kiyaga Gitukura maze barasohoka baja mu gahinga ka Shuri+, bagendagenda imisi itatu mu gahinga, mugabo ntibaronka amazi+. Kuvayo 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abantu babandanya kunyoterwa amazi aho hantu, baguma bidodombera Musa ngo: “Kubera iki watuduganye ukadukura mu Misiri kugira ngo utwicishe inyota twe n’abana bacu n’ibitungwa vyacu+?” Zaburi 63:1 Bibiliya y’isi nshasha 63 Ewe Mana, uri Imana yanje, nguma nkurondera+.Umutima wanje urakunyotewe vy’ukuri+.Umubiri wanje urabitswe no kugucambirwaMu gihugu cumye kandi kirushe, hatagira amazi+.
22 Mu nyuma Musa akura Isirayeli ku kiyaga Gitukura maze barasohoka baja mu gahinga ka Shuri+, bagendagenda imisi itatu mu gahinga, mugabo ntibaronka amazi+.
3 Abantu babandanya kunyoterwa amazi aho hantu, baguma bidodombera Musa ngo: “Kubera iki watuduganye ukadukura mu Misiri kugira ngo utwicishe inyota twe n’abana bacu n’ibitungwa vyacu+?”
63 Ewe Mana, uri Imana yanje, nguma nkurondera+.Umutima wanje urakunyotewe vy’ukuri+.Umubiri wanje urabitswe no kugucambirwaMu gihugu cumye kandi kirushe, hatagira amazi+.