-
Esiteri 8:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Nkako, noshobora nte kwihanganira kuraba ivyago bizoshikira igisata canje, kandi noshobora nte kwihanganira kuraba ugutikizwa kw’incuti zanje?”
-