Itanguriro 20:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Aburahamu atangura gutakambira Imana y’ukuri+; maze Imana ikiza Abimeleki n’umugore wiwe n’abashumbakazi biwe, baraheza batangura kuvyara abana. Itanguriro 26:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Na bo bavuga bati: “Twabonye neza yuko Yehova yabanye nawe+. Ku bw’ivyo twavuze duti: ‘Turakwinginze, indahiro y’ikibwirizwa gushitswa ibe hagati yacu+, hagati yacu nawe, kandi tugirane isezerano nawe+, Abaroma 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+? 1 Abakorinto 14:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 amabanga yo mu mutima wiwe araja ahabona+, ku buryo azokwubarara hasi agasenga Imana, akamenyesha ati: “Ni ukuri Imana iri kumwe namwe+.”
17 Nuko Aburahamu atangura gutakambira Imana y’ukuri+; maze Imana ikiza Abimeleki n’umugore wiwe n’abashumbakazi biwe, baraheza batangura kuvyara abana.
28 Na bo bavuga bati: “Twabonye neza yuko Yehova yabanye nawe+. Ku bw’ivyo twavuze duti: ‘Turakwinginze, indahiro y’ikibwirizwa gushitswa ibe hagati yacu+, hagati yacu nawe, kandi tugirane isezerano nawe+,
25 amabanga yo mu mutima wiwe araja ahabona+, ku buryo azokwubarara hasi agasenga Imana, akamenyesha ati: “Ni ukuri Imana iri kumwe namwe+.”