ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ubu rero, kubera ko nabagiriye ubuntu bwuzuye urukundo, ndabinginze mundahire Yehova+ yuko namwe ata gukeka muzogirira ubuntu bwuzuye urukundo urugo rwa dawe+, kandi mumpe ikimenyetso co kwizigirwa+.

  • 1 Samweli 20:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Yonatani abandanya kubwira Dawidi ati: “Genda amahoro+, kuko twempi twarahiye+ mw’izina rya Yehova duti: ‘Yehova ubwiwe abe hagati yanje nawe no hagati y’uruvyaro rwanje n’uruvyaro rwawe gushika igihe kitagira urugero+.’”

      Nuko Dawidi arahaguruka aragenda, Yonatani na we asubira mu gisagara.

  • Yeremiya 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi niwarahira+ koko uti: ‘Ndahiye ukubaho kwa Yehova, mu kuri+, mu butungane no mu bugororotsi+!’, amahanga azoheza rero yiheshe koko umuhezagiro muri we, kandi ni we azokwirata+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika