Itanguriro 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 be n’igifise ubuzima cose kiri kumwe namwe, mu biguruka, mu bitungwa no mu binyabuzima vyose vyo kw’isi biri kumwe namwe, guhera ku bisohoka biva mu bwato vyose gushika ku kinyabuzima cose co kw’isi+.
10 be n’igifise ubuzima cose kiri kumwe namwe, mu biguruka, mu bitungwa no mu binyabuzima vyose vyo kw’isi biri kumwe namwe, guhera ku bisohoka biva mu bwato vyose gushika ku kinyabuzima cose co kw’isi+.