Itanguriro 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vyongeye Abimeleki avuga ati: “Ehe igihugu canje kiri imbere yawe. Nube aho ubona ko ari heza mu maso yawe+.” Itanguriro 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+;
15 Vyongeye Abimeleki avuga ati: “Ehe igihugu canje kiri imbere yawe. Nube aho ubona ko ari heza mu maso yawe+.”
3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+;