ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ibandanya kuvuga iti: “Enda tora umuhungu wawe, umuhungu wawe rudende ukunda cane+, Izahaki+, ufate urugendo uje mu gihugu ca Moriya+, maze ng’aho, umushikane bwa shikanwa riturirwa, kuri umwe mu misozi nzokurangira+.”

  • 2 Ngoma 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Amaherezo Salomo atangura kwubaka inzu ya Yehova+ i Yeruzalemu ku musozi Moriya+, aho Yehova yari yarabonekeye Dawidi se wiwe+, mu kibanza Dawidi yari yarateguye ku mbuga y’ikubitiro ya Orunani+ Umuyebusi.

  • Yesaya 25:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi kuri uyu musozi+, Yehova nyen’ingabo azotegurira ibisata vy’abantu vyose+ inzimano y’ivyibo birunze amavuta akwiye+, inzimano y’umuvinyu baretse ukirēka ku rutere, y’ivyibo birunze amavuta akwiye vyuzuye umusokoro+, y’umuvinyu+ baretse ukirēka ku rutere, umiminye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika