Itanguriro 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze amaso yabo bompi aruguruka, batahura ko bari gusa+. Ku bw’ivyo, bashonera hamwe amababi y’umusukoni, bapfuka ubwambure bwabo*+.
7 Maze amaso yabo bompi aruguruka, batahura ko bari gusa+. Ku bw’ivyo, bashonera hamwe amababi y’umusukoni, bapfuka ubwambure bwabo*+.