Matayo 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Kandi uwo wese ahaye umwe muri aba batoyi igikombe gusa c’amazi akanye yo kunywa kubera ari umwigishwa, ni ukuri ndabibabwiye, ntazobura kuronka impembo yiwe+.” Matayo 25:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Kuko nashonje mukampa ico ndya+. Naranyotewe murampa ico nywa. Nari kavantara muranyakira neza+;
42 Kandi uwo wese ahaye umwe muri aba batoyi igikombe gusa c’amazi akanye yo kunywa kubera ari umwigishwa, ni ukuri ndabibabwiye, ntazobura kuronka impembo yiwe+.”