Itanguriro 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma avuga ati: “Ndabinginze rero batungwa, ndabinginze mukebereze mu nzu y’umusavyi wanyu, muharare kandi mwozwe ibirenge+. Maze muvyuke kare, mufate inzira mwigire+.” Na bo bavuga bati: “Oya, ahubwo mu kibanza ca bose ni ho turara+.” Abacamanza 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko amwinjiza mu nzu iwe+, aha za ndogobwa+ ivyo zirya. Maze boga ibirenge+, batangura kurya no kunywa.
2 Hanyuma avuga ati: “Ndabinginze rero batungwa, ndabinginze mukebereze mu nzu y’umusavyi wanyu, muharare kandi mwozwe ibirenge+. Maze muvyuke kare, mufate inzira mwigire+.” Na bo bavuga bati: “Oya, ahubwo mu kibanza ca bose ni ho turara+.”
21 Nuko amwinjiza mu nzu iwe+, aha za ndogobwa+ ivyo zirya. Maze boga ibirenge+, batangura kurya no kunywa.