Itanguriro 25:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Izahaki yari afise imyaka mirongo ine igihe yabira Rebeka umukobwa wa Betuweli+ Umusiriya+ w’i Padani-aramu, mushiki wa Labani Umusiriya, akamugira umugore. Itanguriro 29:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yakobo abonye Rasheli umukobwa wa Labani musaza wa nyina be n’intama za Labani musaza wa nyina, aca aregera maze atembagaza nya buye arikuye ku munwa wa nya riba, anywesha intama za Labani musaza wa nyina+.
20 Izahaki yari afise imyaka mirongo ine igihe yabira Rebeka umukobwa wa Betuweli+ Umusiriya+ w’i Padani-aramu, mushiki wa Labani Umusiriya, akamugira umugore.
10 Yakobo abonye Rasheli umukobwa wa Labani musaza wa nyina be n’intama za Labani musaza wa nyina, aca aregera maze atembagaza nya buye arikuye ku munwa wa nya riba, anywesha intama za Labani musaza wa nyina+.