Abacamanza 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko amwinjiza mu nzu iwe+, aha za ndogobwa+ ivyo zirya. Maze boga ibirenge+, batangura kurya no kunywa. Luka 7:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Aca arahindukira araba nya mugore, hanyuma abwira Simoni ati: “Urabona uyu mugore? Ninjiye mu nzu yawe; nta mazi wampaye+ yo kunyoza ibirenge. Mugabo uyu mugore yatotesheje amosozi yiwe ibirenge vyanje, hanyuma abihanaguza umushatsi wiwe. 1 Timoteyo 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ashingirwa intahe ku bw’ibikorwa vyiza+, nimba yararera abana+, nimba yarakira abashitsi+, nimba yaroza ibirenge vy’aberanda+, nimba yaratabara abari mu makuba+, nimba yarakurikirana igikorwa ciza cose ashirutse ubute+.
21 Nuko amwinjiza mu nzu iwe+, aha za ndogobwa+ ivyo zirya. Maze boga ibirenge+, batangura kurya no kunywa.
44 Aca arahindukira araba nya mugore, hanyuma abwira Simoni ati: “Urabona uyu mugore? Ninjiye mu nzu yawe; nta mazi wampaye+ yo kunyoza ibirenge. Mugabo uyu mugore yatotesheje amosozi yiwe ibirenge vyanje, hanyuma abihanaguza umushatsi wiwe.
10 ashingirwa intahe ku bw’ibikorwa vyiza+, nimba yararera abana+, nimba yarakira abashitsi+, nimba yaroza ibirenge vy’aberanda+, nimba yaratabara abari mu makuba+, nimba yarakurikirana igikorwa ciza cose ashirutse ubute+.