Itanguriro 24:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko rero, ingamiya zirangije kunywa, nya mugabo atora impeta y’inzahabu yo ku zuru+ ifise uburemere bw’igice ca shekeli n’ibikomo+ bibiri vyo gushira ku maboko ya nya mwigeme, uburemere bwavyo bukaba bwari shekeli cumi z’inzahabu, Ezekiyeli 16:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze ngushariza n’udusharizo, nkwambika ibikomo ku maboko+, n’urunigi+ mw’izosi.
22 Nuko rero, ingamiya zirangije kunywa, nya mugabo atora impeta y’inzahabu yo ku zuru+ ifise uburemere bw’igice ca shekeli n’ibikomo+ bibiri vyo gushira ku maboko ya nya mwigeme, uburemere bwavyo bukaba bwari shekeli cumi z’inzahabu,