Kuvayo 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Kandi izi ni zo ngingo z’ubutungane* ubwirizwa gushira imbere yabo+: Gusubira mu vyagezwe 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe. Abaheburayo 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo ubu Yezu yaronse igikorwa gikorerwa abantu kirushirije kuba agahebuza, ku buryo ari we kandi muhuza+ w’isezerano rirushirije kuba ryiza ugereranije+, iryashinzwe mu buryo bwemewe ku mihango myiza kuruta+.
4 “Ubu rero, ewe Isirayeli, umviriza ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane* ndiko ndabigisha ngo muzishitse, kugira ngo mubeho+, kandi koko mwinjire, mwigarurire igihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu agira abahe.
6 Mugabo ubu Yezu yaronse igikorwa gikorerwa abantu kirushirije kuba agahebuza, ku buryo ari we kandi muhuza+ w’isezerano rirushirije kuba ryiza ugereranije+, iryashinzwe mu buryo bwemewe ku mihango myiza kuruta+.