Kuvayo 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Abantu baraheza baremera+. Aho bumviye yuko Yehova yitayeho+ bene Isirayeli be n’uko yabonye amarushwa yabo+, baca barunama bakubita inkoro hasi+. Kuvayo 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Baca batangura kubwira Musa bati: “Ba ari wewe uvugana natwe, natwe twumvirize; mugabo Imana ntibe ari yo ivugana natwe, ntiduhave dupfa+.”
31 Abantu baraheza baremera+. Aho bumviye yuko Yehova yitayeho+ bene Isirayeli be n’uko yabonye amarushwa yabo+, baca barunama bakubita inkoro hasi+.
19 Baca batangura kubwira Musa bati: “Ba ari wewe uvugana natwe, natwe twumvirize; mugabo Imana ntibe ari yo ivugana natwe, ntiduhave dupfa+.”