Kuvayo 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uze umubwire uti: ‘Yehova Imana y’Abaheburayo yakuntumyeko+, ati: “Rekura abantu banje bankorere mu gahinga+,” ariko raba gushika n’ubu nturagamburuka. Kuvayo 8:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Tuzogenda urugendo rw’imisi itatu mu gahinga, kandi dutegerezwa gushikanira ikimazi Yehova Imana yacu nk’uko yatubwiye+.” Kuvayo 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ibitungwa vyacu na vyo nyene tuzojana+. Nta n’ikinono kizosigara, kuko ari vyo tuzokuramwo ivyo gukoresha mu gusenga Yehova Imana yacu+, kandi ubwacu ntituzi ivyo tuzoshikana mu gusenga Yehova tutarashikayo+.”
16 Uze umubwire uti: ‘Yehova Imana y’Abaheburayo yakuntumyeko+, ati: “Rekura abantu banje bankorere mu gahinga+,” ariko raba gushika n’ubu nturagamburuka.
27 Tuzogenda urugendo rw’imisi itatu mu gahinga, kandi dutegerezwa gushikanira ikimazi Yehova Imana yacu nk’uko yatubwiye+.”
26 Ibitungwa vyacu na vyo nyene tuzojana+. Nta n’ikinono kizosigara, kuko ari vyo tuzokuramwo ivyo gukoresha mu gusenga Yehova Imana yacu+, kandi ubwacu ntituzi ivyo tuzoshikana mu gusenga Yehova tutarashikayo+.”