Kuvayo 36:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Inyuma y’ivyo akora utugōmbo tw’inyuzi z’ubururu ku mubari w’igitambara kimwe ku mpera y’ihuriro. Agira kuno nyene ku mubari w’igitambara gihereza ku rindi huriro+.
11 Inyuma y’ivyo akora utugōmbo tw’inyuzi z’ubururu ku mubari w’igitambara kimwe ku mpera y’ihuriro. Agira kuno nyene ku mubari w’igitambara gihereza ku rindi huriro+.