Itanguriro 28:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kandi koko nkagaruka amahoro ku nzu ya dawe, Yehova azoba rero yerekanye ko ari Imana yanje+. Luka 20:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mugabo ivy’uko abapfuye bazurwa, na Musa yarabihishuye, muri ya nkuru y’igisaka c’amahwa+, igihe yita Yehova ‘Imana ya Aburahamu n’Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+.’
37 Mugabo ivy’uko abapfuye bazurwa, na Musa yarabihishuye, muri ya nkuru y’igisaka c’amahwa+, igihe yita Yehova ‘Imana ya Aburahamu n’Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+.’