Guharura 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nya gicu kiva hejuru y’ihema, kandi ehe Miriyamu yari yatejwe imibembe yera derere*+. Maze Aroni ahindukira kuraba Miriyamu, kandi ehe, yari yatejwe imibembe+. 2 Abami 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Imibembe+ ya Namani izomata rero kuri wewe no ku ruvyaro rwawe, gushika igihe kitagira urugero*+.” Gehazi aca arasohoka ava imbere yiwe, ari umunyamibembe yera derere*+.
10 Nya gicu kiva hejuru y’ihema, kandi ehe Miriyamu yari yatejwe imibembe yera derere*+. Maze Aroni ahindukira kuraba Miriyamu, kandi ehe, yari yatejwe imibembe+.
27 Imibembe+ ya Namani izomata rero kuri wewe no ku ruvyaro rwawe, gushika igihe kitagira urugero*+.” Gehazi aca arasohoka ava imbere yiwe, ari umunyamibembe yera derere*+.