Kuvayo 28:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 “Bene Aroni uzobakorera amakanzu+, kandi uze ubakorere ibikenyezo, ubakorere n’utwambarwa two mu mutwe+ ku bw’ubuninahazwa n’ubwiza+. Abalewi 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Musa araheza yigiza hafi abahungu ba Aroni+, abambika amakanzu yongera abakenyeza ibikenyezo+, araheza azingira kuri bo ka kambarwa ko mu mutwe+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.
40 “Bene Aroni uzobakorera amakanzu+, kandi uze ubakorere ibikenyezo, ubakorere n’utwambarwa two mu mutwe+ ku bw’ubuninahazwa n’ubwiza+.
13 Musa araheza yigiza hafi abahungu ba Aroni+, abambika amakanzu yongera abakenyeza ibikenyezo+, araheza azingira kuri bo ka kambarwa ko mu mutwe+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.