21 Hanyuma amara be n’amaguru Musa aravyoza n’amazi, araheza afumbisha umwotsi ya mpfizi y’intama yose ku gicaniro+. Ryari ishikanwa riturirwa ry’akamoto karuhura+. Ryari ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.