Guharura 26:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Izina ry’umugore wa Amuramu ryari Yokebedi+, umukobwa wa Lewi, umugore wa Lewi akaba yamumuvyariye mu Misiri. Mu nyuma Yokebedi yavyariye Amuramu Aroni na Musa na Miriyamu mushiki wabo+.
59 Izina ry’umugore wa Amuramu ryari Yokebedi+, umukobwa wa Lewi, umugore wa Lewi akaba yamumuvyariye mu Misiri. Mu nyuma Yokebedi yavyariye Amuramu Aroni na Musa na Miriyamu mushiki wabo+.