1 Abami 18:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Umutaga ukimara kurengana, bakabandanya kwifata nk’abahanuzi+ gushika igihe co gushikana ishikanwa ry’intete kigeze, ntihagira ijwi ryumvikana, ntihagira uwishura, kandi ntihaboneka ukwitabwaho na kumwe+. Zaburi 141:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.
29 Umutaga ukimara kurengana, bakabandanya kwifata nk’abahanuzi+ gushika igihe co gushikana ishikanwa ry’intete kigeze, ntihagira ijwi ryumvikana, ntihagira uwishura, kandi ntihaboneka ukwitabwaho na kumwe+.
2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.