Kuvayo 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Wewe uzovuga ivyo nzogutegeka vyose+, Aroni mwene wanyu na we azovugana na Farawo+, kandi azorekura koko bene Isirayeli bave mu gihugu ciwe+.
2 Wewe uzovuga ivyo nzogutegeka vyose+, Aroni mwene wanyu na we azovugana na Farawo+, kandi azorekura koko bene Isirayeli bave mu gihugu ciwe+.