ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 28:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Aroni n’abahungu biwe bazobe bayambaye iyo bagiye mw’ihema ry’ihuriro canke iyo bagiye kwegera igicaniro ngo bakorere ahantu heranda, kugira ntibagirwe n’ikosa bigatuma bapfa ata kabuza. Ico ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero kuri we n’uruvyaro rwiwe rwo mu nyuma ziwe+.

  • 2 Ngoma 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Vyongeye, akora amabesani cumi, hanyuma ashira atanu iburyo n’atanu ibubamfu+, kugira ngo bayogerezemwo+. Ibintu bijanye n’ishikanwa riturirwa+ bavyogereza muri yo. Mugabo nya kiyaga cari ico abaherezi biyozamwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika