ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Yehova rero abwira Musa ati: “Raba, nkugize Imana kuri Farawo+, Aroni mwene wanyu na we azoba umuhanuzi wawe+.

  • Zaburi 82:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 “Jewe naravuze nti: ‘Muri imana+,

      Kandi mwese muri abana ba Musumbavyose+.

  • Yohani 10:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Yezu abishura ati: “None ntivyanditswe mw’Itegeko+ ryanyu ngo: ‘Naravuze nti: “Muri imana+”’?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika