Kuvayo 29:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ni ishikanwa riturirwa ry’ubudasiba+ mu mayaruka yanyu yose, ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro imbere ya Yehova, aho nzoseruka imbere yanyu ngo mvuganire nawe ng’aho+. Abalewi 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+.
42 Ni ishikanwa riturirwa ry’ubudasiba+ mu mayaruka yanyu yose, ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro imbere ya Yehova, aho nzoseruka imbere yanyu ngo mvuganire nawe ng’aho+.
2 Yehova abwira Musa ati: “Barira Aroni mwene wanyu, ntaze arinjira ibihe vyose ha hantu heranda+ inyuma y’irido+, imbere ya wa murumyo uri kw’Isandugu, kugira ntapfe+, kuko nzoseruka mu gicu+ hejuru ya nya murumyo+.