Kuvayo 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko aho batahiye i muhira kwa Reyuweli+ se wabo, aratangara ati: “Bigenze gute ngo mutahe ningoga gutyo uno musi?” Kuvayo 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze Yetiro umuherezi wa Midiyani, sebukwe wa Musa+, yumva ibintu vyose Imana yari yakoreye Musa na Isirayeli abantu bayo, ingene Yehova yari yakuye Isirayeli mu Misiri+. Guharura 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Maze Musa abwira Hobabu mwene Reyuweli+ Umumidiyani, sebukwe wa Musa, ati: “Tugiye ahantu Yehova yavuze ku biherekeye ati: ‘Nzohabaha+.’ Enda nuze tujane, natwe ntituzobura kukugirira ineza+, kuko Yehova yavuze ineza ku vyerekeye Isirayeli+.”
18 Nuko aho batahiye i muhira kwa Reyuweli+ se wabo, aratangara ati: “Bigenze gute ngo mutahe ningoga gutyo uno musi?”
18 Maze Yetiro umuherezi wa Midiyani, sebukwe wa Musa+, yumva ibintu vyose Imana yari yakoreye Musa na Isirayeli abantu bayo, ingene Yehova yari yakuye Isirayeli mu Misiri+.
29 Maze Musa abwira Hobabu mwene Reyuweli+ Umumidiyani, sebukwe wa Musa, ati: “Tugiye ahantu Yehova yavuze ku biherekeye ati: ‘Nzohabaha+.’ Enda nuze tujane, natwe ntituzobura kukugirira ineza+, kuko Yehova yavuze ineza ku vyerekeye Isirayeli+.”