ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 35:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 na ca gitereko c’amatara+ yo gutanga umuco be n’ibikoresho vyaco n’amatara yaco, na ya mavuta+ y’ugutanga umuco;

  • Kuvayo 37:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Maze akora ca gitereko c’amatara+ c’inzahabu itavanze. Yagikoze agicurishije inyundo. Impande zaco n’amashami yaco, ibikombe vyaco, amapfundo yaco n’amashurwe yaco vyava muri co+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika