Kuvayo 37:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Hanyuma akora ca gicaniro c’imibavu+ mu giti c’umunyinya+. Uburebure bwaco bwari itambwe, ubwaguke bwaco na bwo itambwe, kikaba ikwadarato, amahagarara yaco akaba amatambwe abiri. Amahembe yaco yava muri co+.
25 Hanyuma akora ca gicaniro c’imibavu+ mu giti c’umunyinya+. Uburebure bwaco bwari itambwe, ubwaguke bwaco na bwo itambwe, kikaba ikwadarato, amahagarara yaco akaba amatambwe abiri. Amahembe yaco yava muri co+.