Kuvayo 30:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze uze uyakoremwo amavuta meranda y’ukurobanuza, amavuta manovu, ikivange gikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu+. Abwirizwa kuba amavuta meranda y’ukurobanuza+. Kuvayo 30:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Uze ubikoremwo imibavu+, uruvange rw’ibimota rukozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu, arunze umunyu+, atavanze, kibe ikintu ceranda. Kuvayo 37:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Akora kandi ya mavuta meranda y’ukurobanuza+ na ya mibavu imota neza+, itavanze, bikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu.
25 Maze uze uyakoremwo amavuta meranda y’ukurobanuza, amavuta manovu, ikivange gikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu+. Abwirizwa kuba amavuta meranda y’ukurobanuza+.
35 Uze ubikoremwo imibavu+, uruvange rw’ibimota rukozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu, arunze umunyu+, atavanze, kibe ikintu ceranda.
29 Akora kandi ya mavuta meranda y’ukurobanuza+ na ya mibavu imota neza+, itavanze, bikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu.